Afurika y’epfo : Umwana w’imyaka 8 yarokotse impanuka yahitanye abantu 45
Afurika y'epfo umwana w'umukobwa w'imyaka umunani yarokotse impanuka , nyuma yuko bisi yari itwaye abantu ikoze impanuka ubundi igahitana abantu 45 , mugihe harokotse uy'umwana w'umukobwa umwe gusa w'imyaka 8.…








