Posted inImikino
AFCON2023 : Ghana yatsinzwe umukino wa mbere mw’itsinda iherereyemo
Ikipe y'igihugu ya Ghana iherereye mw'itsinda rya kabiri mu mikino y'igikombe cya Africa , AFCON2023 , gikomeje kubera mu gihugu cya Ivory coast ntiyabashije kwitwara neza mu mukino wa mbere…
